Uncategorized
Bakunzi bibikorwa vya *BB NEWS* mwiriwe neza
Turi niteka ryo kubamenyesha isohoka y'ireresi iryoshe cane yitwa *Gost House* aho izoja kurubuga rwa YouTube ya *BB NEWS*...
Sat B agiye Kuboneka mw’isabukuru One Love Africa Music Festival i Burayi
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...
Trey Zo & Rappy Boy amasezerano yo gukorana n’amashirahamwe akomeza kwiyongera kubwinshi mugihe gito.
Haraheze igihe gito bashize umukono kumasezerano yo gukorana n'amashirahamwe Beats and Creations na BuBet, aho abo baririmvyi bamenyekanye cane kundirimbo...
Drama T na Miss Burundi 2023 Ivyabo birayobeye | Gutera Surprise muri Kigingi Summer Comedy
Hari kumusi wejo igenekerezo rya 20.08.23 aho hari haramutse haba igiteramo gitunganywa n'umuhinga mugutwenzwa Kigingi ciswe "Kigingi Summer Comedy" kuncuro...
Umurindi w’abana bato basegereza n’abakobwa bakiri bato bidandaza biguma vyongerekana
Tugerageje kuraba muri bino bihe kuva mu mwaka wa 2015 gushika ubu Umurindi munini w'abana bakiri bato gose basegerereza n'abakora...
Abatahukanye Ubushimwe bwa PRIMUSIC 2023 barashima ngo nubwo bahuye n’intambamyi
Primusic yuyumwaka cari igikorwa kitoroshe ,kuko hafi abayitavye nkabose bari bazi kuririmba neza kandi ubona ko bakeneye gushika kuntsinzi ,Igikorwa...
umuvugabutumwa Chris NDIKUMANA mw’Ijambo ryo kwakira abantu baje ku musi w’ejo mu gikorane ca “KANGUKA” imbere yuko yigisha yagize ati “Igihe kirageze ngo Uburundi
BUKANGUKE. Mu mwanya wo gusengera Uburundi naho agira ati “ibintu abarundi bidogera kurusha ibindi nk’ikena ry’igitoro, ifanta, isukari, amadorari n’ibindi...
TST yabateguriye ihaganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi .
Tumenyereye muriki gihugu cacu haba ama higanwa yo gutamba ca kuririmba indirimbo zitadukanye kucuro yambere Tst yabateguriye ihiganwa rya kataraboneka...