KWAMAMAZA
IMYIDAGADURO
INKINO
AMAHIGANWA/AWARD
BUSINESS
Seagull Alliance Investment Ni company nini cane yagutse ikorera mw’isi yose
Seagull Alliance Investment Ni company nini cane yagutse ikorera mw'isi yose, ikaba ifise icicaro gikuru muri AMERIKA. Iyi company ikaba yaje kubwacu no kubwanyu, ikaba...
Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo
Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. Broadcasting business news yaragendeye Uruganda...
Banki yiterambere rya Africa (African Development Bank) yategekanije amafaranga yababa imiriyoni amajana atandatu na mirongo icenda nagatandatu z’amadorari ($696.41) mumugambi wokwubaka inzira ya gari ya moshi.
Iyo nzira ya gari ya moshi ikaba igiye kuzohuza Uburundi, Tanzania na Congo Kandi uyo mugambi ukaba ugiye Kuba inkingi y'iterambere rirama hagati yivyo bihugu...
Ikigo Smart Education Center SMEC mumpfunyapfunyo kirangurira ibikorwa vyaco mugisagara ca Bujumbura cihaye intumbero yo gushigikira no guteza imbere akanovera K’indero .
Ikigo SMEC catanguye gukora mu mwaka w’i 2019 kikaba kimaze kuragura ibitari bike mu nyigisho z’urwaruka n’abakuze . Catangujwe n,abahinga mu vyo kwigisha no gutegura indinganizo...
IBIDANDAZWA
Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo
Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. Broadcasting business news yaragendeye Uruganda...
Mbega cupline waruyizi? n’Uburiro buri hagati mu gisagara ca Bujumbura nukuri ntabundi buriro ndabona bumeze nka cupline
Cupline nuburiro bwatanguye neza na neza 2018 bwatanguye ari uburiro busazwe buzamwo abantu bake cane uko imyaka yagiye iragenda cupline yiyubatse ku rwego mpuzamakungu kuko...
Rallye rallye internationale yagakuru mu gihugu cacu c’uburundi ryadushwayemwo
rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho iryo higanwa ryo gusiganwa n’imiduga...
Uyu niwe yatahukanye ikibanza Ca mbere muri BEST PRESENTER AWARD mu burundi muri uno mwaka
BEST PRESENTER ihiganwa ryari ryatangujwe na BBNEWS rikaba ryasozerewe kwi itariki 15/08/2023. kubashoboye kwitaba kuva muntango gushika munyuma ihiganwa,vyari ibintu bitaboroheye kuko vyasaba ko baronka...
SUMMER FOOD FESTIVAL Igiteramo na BBnews cagakura kucuro yambere ku kiyaga Tanganganyika aho bita kuri UZURI BEACH mu gisagara ca Bujumbura
BBnews yabateguriye SUMMER FOOD FESTIVAL aho hazoba hakoraniye uburiro bukomakomeye bugiye butandukanye iryo hayanishwa rikaba rizoba kwitariki ya cumI na gatanu Myandagaro ibihumbi bibiri na...
Bihejeje kumenyeshwa na Primus Burundi
Ca gihe twese twari turindiranye igishika cageze Biremezwa neza ko , finale ya #PRIMUSIC2023 itazoba isanzwe Duhurire twese i Gitega, kur'uyu wa mungu itariki 30 kuri...